Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Na ho n’atāgomba kuyicungura, arikw akayigurira uwundi, nta kundi kuzoyicungura hanyuma:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:20
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arik’ uwarobanuye iyo ndimiro, ni yagomba kuyicungurira, agerekeko n’ikingana n’ikigira gatanu cayo, nk’uko wayiciriye, ibone kuba iyiwe bgite.


arikw iyo ndimiro ni yakomōrwa n’umwaka wa yubile, izoba icitse iyera yanje, nk’iyatanzwe kuba inyegu yanje; izokwegukira umuherezi.


Maze mu mwaka wa yubile, iyo ndimiro iz’ isubizwe uwayiguzweko, nyen’ ishamvu iryo tongo ririmwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ