Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Barira Abisirayeli, ut’ Umuntu ni yashitsa isezerano yansezeraniye jewe Uhoraho, riherereye ku citwa izinamuntu, uwo yasezeranywe az’ acunguzwe igiciro uzocira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:2
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ayo yose abaherezi bayatware, umuntu wese az’ ayake uwo bazinanyi; mugabo abe ari bo bazosanura iyo ngoro, ah’ igomba gusanwa hose.


Kukw inzozi ziterwa n’ibikorwa vyinshi, kand’ ijwi ry’igipfu rimenyekanira ku magambo menshi.


Abisirayeli basezeranira Uhoraho isezerano, bati Ni wagabura aba bantu mu maboko yacu, tuzokomvomvora ibisagara vyabo.


Kand’ umukobga ni yasezeranira Uhoraho isezerano, akībohesha ivyo araganye, akiri mu rugo kwa se mu bgigeme bgiwe;


ati Barira Abisirayeli, ut’ Umugabo cank’ umugore ni yasezerana isezerano ry’ubunaziri, ngw anyiyegurire jewe Uhoraho;


Muri mwebge ni hagira ūshika mu ruzabibu rw’uwundi, inzabibu ashobora kuzirīra aho nyene ukw agomba, agahāga; ariko ntagire izo atēkera mu co afise.


Maz’ amezi abiri ashize, agaruka kwa se, na we amugenza nk’ukw isezerano yasezeranye riri; kandi ntiyari yarīgeze kumenya icitwa umugabo. Bica biba umugenzo mu Bisirayeli, uk’ umwaka utashe:


asezerana isezerano, at’ Ewe Uhoraho Nyen’ ingabo, ni warāba umubabaro wanje incoreke yawe, ukanyibuka, ntunyibagire jewe incoreke yawe, ukantabaza umwana w’umuhungu, nanje nzomuguha, Uhoraho, abe uwawe kuzorinda apfa, kandi nta rupfuhe ruzomugera ku mutwe.


Ni co gitumye ndamugize inkūka y’Uhoraho; azorinda apfa ar’ inkūka y’Uhoraho. Nuko basengera Uhoraho aho hantu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ