Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Arik’ uwarobanuye iyo ndimiro, ni yagomba kuyicungurira, agerekeko n’ikingana n’ikigira gatanu cayo, nk’uko wayiciriye, ibone kuba iyiwe bgite.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:19
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arik’ uwagitanze, ni yagomba kucicungurira, akigerekeko n’ikingana n’ikigira gatanu caco, nk’ uko caciriwe.


Umuntu ni yarobanura inzu yiwe, akayimpa ngw ibe iyera, umuherezi az’ ayicire igiciro imaze, gihwanye n’ukw ari nziza cank’ ari mbi; igiciro uwo muherezi azoyicira, kize kigume uko.


Na ho ni yarobanura iyo ndimiro yiwe inyuma ya yubile, umuherezi az’ acire uyo amahera, arīmbūye imyaka igisigaye gushitsa ku mwaka wa yubile wundi, amanure igiciro ku vyo waciriye.


Na ho n’atāgomba kuyicungura, arikw akayigurira uwundi, nta kundi kuzoyicungura hanyuma:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ