Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 27:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Na ho ni yarobanura iyo ndimiro yiwe inyuma ya yubile, umuherezi az’ acire uyo amahera, arīmbūye imyaka igisigaye gushitsa ku mwaka wa yubile wundi, amanure igiciro ku vyo waciriye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 27:18
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

az’ aharūre imyaka ryaguriwemwo, asubize uwariguze ibigisigaye ku giciro caryo, abone ukw asubira gushikīra itongo ryiwe.


Umuntu ni yarobanura inzu yiwe, akayimpa ngw ibe iyera, umuherezi az’ ayicire igiciro imaze, gihwanye n’ukw ari nziza cank’ ari mbi; igiciro uwo muherezi azoyicira, kize kigume uko.


Nuko ni yahēra mu mwaka wa yubile, akarobanura iyo ndimiro yiwe, haze hagume ico giciro waciriye.


Arik’ uwarobanuye iyo ndimiro, ni yagomba kuyicungurira, agerekeko n’ikingana n’ikigira gatanu cayo, nk’uko wayiciriye, ibone kuba iyiwe bgite.


umuherezi az’ acire uyo igiciro gihwanye n’ico waciriye kuzoshitsa ku mwaka wa yubile: az’ atange kur’ uwo musi igiciro waciriye, kibe ikintu canje cera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ