Abalewi 27:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Umuntu ni yarobanura inzu yiwe, akayimpa ngw ibe iyera, umuherezi az’ ayicire igiciro imaze, gihwanye n’ukw ari nziza cank’ ari mbi; igiciro uwo muherezi azoyicira, kize kigume uko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |