Abalewi 27:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ntaz’ akiguze ico bidahuje, canke ngw agikābe ikindi, ari ciza ngw agikābe ikibi, cank’ ari kibi ngw agikābe iciza: na ho ni yagikāba ikindi, icākābge bo n’ico yagikāvye, vyompi bizoba ivyera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |