Abalewi 26:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Ariko naho bizomera birtyo, sinzobaheba, igihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, kandi sinzobazinukwa, ngo ndabahenebereze rwose, mve mw isezerano ryanje nabasezeraniye: kuko nd’ Uhoraho Imana yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |