Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 26:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ico gihe igihugu kizobona uko gishumbushwa ya masabato yaco, ico gihe cose kikir’ amatongo, namwe mukiri mu gihugu c’ abansi banyu; aho ni ho igihugu kizoruhuka, gishumbushwe ya masabato yaco.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 26:34
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi ni baramuka bagucumuyeko, kukw ata muntu adacumura, ukabarakira, ukabagabura mu maboko y’abansi babo, bakabafata mpiri bakabajana mu gihugu cabo, naho hoba hafi canke kure;


kwar’ ukugira ngw ijambo Uhoraho yavugiye mu kanwa ka Yeremiya rishike, igihugu gishumbushwe amasabato yaco; igihe cose camaze kikir’ amatongo, cariko kiziririza amasabato yaco, gushitsa kimaze imyaka mirongwirindwi.


Nuko rero, uku ni ko mvuze, jewe Uhoraho, nti Ntimwanyumviye, ngo mutange umwidegemvyo, ng’ umuntu wese arekure mwene wabo, umuntu wese arekure mugenzi we: nuko rero nanje ntanze umwidegemvyo kuri mwebge, ni jewe Uhoraho mbivuze, w’inkota n’ikīza n’inzara; kandi nzotuma mutererekanywa irya n’ino mu bihugu vy’ abami bose bo mw isi.


Muze murobanure uwo mwaka ugira mirongwitanu, mutāngāze mu gihugu cose ko habaye umwidegemvyo w’ abantu bose bo muri co: uwo mwaka uz’ ubabere uwa yubile; umuntu wese muri mwebge aheze agaruke mw itongo ryiwe, kand’ umuntu wese agaruke mu b’i wabo.


Igihe cose kikir’ amatongo kizoruhuka ukuruhuka kitigeze kuruhuka ku masabato yanyu mukikibamwo.


Mber’ ico gihugu bazoba barakivuyemwo, gishumbushwe ya masabato yaco, gisigare ar’ imisaka batakikibamwo; na bo bazoba barīmbūtse, bemeye yukw ibihano bāhanwe ar’ ivyazanywe n’ibigabitanyo vyabo, kuko banse ivyagezwe vyanje, bakazinukwa amabgirizwa yanje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ