Abalewi 26:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni navuna inkoni mwegamiye, ari yo vyo kurya vyanyu, abagore cumi bazoderenganiriza mu ziko rimwe, botsa udutsima, bazosigara babagaburira udutsima twa mugerwa: murye ututabahāgije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |