Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 25:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ati Barira Abisirayeli, yuko ni bashika mu gihugu nzobaha, ico gihugu kize kigire ikiruhuko nk’isabato co kunyubaha jewe Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 25:2
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kwar’ ukugira ngw ijambo Uhoraho yavugiye mu kanwa ka Yeremiya rishike, igihugu gishumbushwe amasabato yaco; igihe cose camaze kikir’ amatongo, cariko kiziririza amasabato yaco, gushitsa kimaze imyaka mirongwirindwi.


Amajuru n’amajuru y’Uhoraho, Arikw isi yayihaye abana b’abantu.


Mu myaka itandatu mwame murima indimiro zanyu, mwimbure ivyimburwa vyazo;


kand’ azosēndēra ashike i Buyuda: azosendanisha ahahitane, ashike no mw izosi ry’umuntu; kandi gusanza amababa kwiwe kuzokwira igihugu cawe cose, yewe Imanuweli.


mut’ Uhoraho agize ngo Ni jewe naremye isi, n’abantu n’ibikōko biri kw isi, mbiremesha ubushobozi bganje bginshi n’ukuboko kwanje kurāmvuye; kand’ ivyo mbigabira uwo ngomba.


ati Ni mwamara gushika mu gihugu c’i Kanani, ico mbahaye kuba ishamvu yanyu, ngatera inzu yo mu gihugu c’ ishamvu yanyu indwara yo mu buryo bg’imibembe;


Uwo musi uz’ ubabere isabato yo kuruhuka bihebuje, muze muwibabazeko; muze mwitondere iyo sabato yanyu, muhereye ku mugoroba w’umusi ugira icenda w’ukwo kwezi, mushitse ku mugoroba wundi.


Muze murime mu ndimiro zanyu imyaka itandatu, kandi mur’ iyo myaka itandatu abe ari yo mutūtūriramw’ imizabibu yanyu, mwamure inzabibu zayo.


ati N’udūge mur’ iyi misozi yo muri Abarimu, urinde ushika ku musozi Nebo, uri mu gihugu c’i Mowabu, aharābana n’i Yeriko; witegereze igihugu c’i Kanani nahaye Abisirayeli kw ishamvu.


Igihe Īsumba Vyose yagabanganya amahanga amashamvu yayo, Igatandukanya amoko n’ayandi, Yashizeh’ imbibe z’amahanga, Nk’ukw igitigiri c’Abisirayeli kingana.


Uhoraho aramubarira, ati Ngīkirīya igihugu narahiye Aburahamu na Isaka na Yakobo, nti Nzogiha uruvyaro rwanyu. None nguhaye kukirābisha amaso, ariko ntuzojabuka ng’ ujeyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ