Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 24:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Uyigire ibirundo bibiri kuri ya meza y’izahabu iramuye ar’ imbere yanje, mu kirundo kimwe habemw’ itandatu, mu kindi kuno.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 24:6
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Salomo acurisha ibintu vyose vyo mu ngoro y’Uhoraho, ni vyo ibi: igicaniro c’izahabu, n’ameza y’imitsima y’ibiterekērwa na yo yar’ izahabu;


Bama bosereza Uhoraho ibimazi uko bukeye uko bgije, bakamwosereza n’imibavu itāmirana, bagatondesha n’imitsima y’ ibiterekērwa ku meza yacuzwe mw izahabu iramuye, kand’ uko bgije bakadomeka n’amatara ari ku gitereko cayo c’izahabu; kuko tweho twitondera ivyagezwe vy’ Uhoraho Imana yacu, ariko mweho mwaramuvuyeko.


Kandi Salomo acurisha ibintu vyose vyo mu ngoro y’Imana, ni vyo ibi: igicaniro c’izahabu, n’ ameza y’imitsima y’ibiterekērwa;


kugira ngo haze hame haboneka imitsima y’ibiterekerwa, bo n’amashikanwa y’amafu y’intasība, n’ibimazi vyoswa vy’intasība nyene, n’ivy’ amasabato, n’ivy’ imisi mikuru yashinzwe, haboneke n’ibintu vyera, n’ibimazi vyo gutangirwa ivyaha kw impongano y’Abisirayeli, bo n’ivy’ ibikorwa vyose vyo mu ngoro y’Imana yacu.


Kandi twebge abaherezi n’Abalewi n’ abantu dupfinze ubupfindo ngo tumenye ukw amashikanwa y’ inkwi azohora azanwa mu ngoro y’Imana yacu, ukw amazu ya ba sogokuruza akurikirana ku mbu zacu; uk’ umwaka utashe izo nkwi n’izo gukoma icoto ku gicaniro c’Uhoraho Imana yacu, nk’uko vyanditswe mu vyagezwe.


Uz’ utereke kur’ ayo meza imitsima y’ibiterekērwa, yame imbere yanje na ntaryo.


n’ameza, n’ ibintu vyayo vyose, n’imitsima y’ibiterekerwa;


Igicaniro car’ ikibazano; uburebure bg’igihagararo bgaco bgar’ amatambge atatu y’ukuboko uciriye mu nkokora, n’uburebure bg’ amakika bgar’ amatambge abiri; inkokora zaco no mu ntebe haco n’imbavu zaco, hose car’ ikibazano: maz’ arambarira, at’ Aya ni yo meza ar’ imbere y’Uhoraho.


Kuko hār’ ihema ryiteguwe, mu ryo hino hārimw’ igiterekwakw amatara, n’ameza, n’imitsima y’ibiterekerwa yama kuri yo: iryo ryitwa Ahēra.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ