Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 24:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Nuko Mose abarira Abisirayeli, bajana uwatukanye inyuma y’aho bashagaje, bamwicisha amabuye. Abisirayeli bakora nk’uk’ Uhoraho yabariye Mose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 24:23
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abisirayeli baragenda, bakora nk’uko nyene; uk’ Uhoraho yageze Mose na Aroni, aba ari ko bakora.


Ico kize kibabere icagezwe c’intahava, yukw azokwama atangira Abisirayeli impongano kubg’ ivyaha vyabo vyose, rimwe gusa uk’umwaka utashe. Nuko Aroni agenza nk’ uk’ Uhoraho yabariye Mose.


Muze mugire icagezwe kimwe ku munyamahanga ar’i wanyu no ku mvukira: kuko jewe nd’ Uhoraho Imana yanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ