Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 24:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Imvune ihōrwe iyindi, n’ijisho rihōrwe irindi, n’iryinyo rihōrwe irindi: ukw azoba yateye uwundi agasembga, abe ari kw asubirizwa mu nkōko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 24:20
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu ni yatera agasembga uwundi, bamugirire nk’uko yamugiriye.


Mwarumvise ko vyāvuzwe, ngw Ijisho rihōrwe irindi, n’iryinyo rihōrwe irindi;


Ntimuze mugirire akagongwe ūmeze artyo; ubugingo buze buhōrwe ubundi, ijisho rihōrwe irindi, iryinyo rihōrwe irindi, igikonjo gihōrwe ikindi, ikirenge gihōrwe ikindi.


Adoni‐bezeki aravuga, at’Abami mirongwirindwi naciye ibikumu n’amano manini bāhora batoragura utwo barya musi y’ameza yanje: uko nabagiriye ni kw Imana inshubirije mu nkōko. Nuko bamujana i Yerusalemu, agwayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ