Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 24:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 ūzokubita igitunzwe, akacica, az’ akirihe: igifise ubugingo kirihwe ikindi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 24:18
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu ni yarumūra urwobo rwo kubīka amazi, canke ni yarwimba ntarurumye, inka ikarukorokeramwo cank’ indogoba;


Umuntu ni yatera agasembga uwundi, bamugirire nk’uko yamugiriye.


Ūzokwica igitunzwe akirihe; ūzokwica umuntu na we yicwe.


iy’ akoze ico caha, akumva kw atsinzwe, az’ arihe ico yambuye, cank’ ico yaronkeshejwe n’agahahazo, cank’ ico yabikijwe, cank’ icari cazimiye yatoye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ