Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 24:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Uhoraho abarira Mose,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 24:1
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uz’ ubarire Abisirayeli bakuzanire amavuta y’umwisengesure avuye muri elayo zisekuwe, ya ca giterekwakw amatara, kugira ngo haze hame har’ itara ryaka.


Nuko Mose amenyesha Abisirayeli imisi mikuru y’Uhoraho ishinzwe iy’ ari yo.


ati Barira Abisirayeli bakuzanire amavuta y’umwisengesure avuye muri elayo zisekuwe, ya ya matara, kugira ngo haze hame har’ itara ryaka.


Kand’ ivyo Eleyazari mwene Aroni umuherezi ajējwe bize bibe amavuta y’amatara, n’imibavu itamirana, n’ishikanwa ry’intahava ry’ifu, n’amavuta yo kurobanuza abahabga ibango, atekw azēzwe n’iryo hema iyo riva rikagera, n’ibiri muri ryo vyose, Ahēra, n’ibintu vyaho.


ati Barira Aroni, uti Ni washira ya matara ku gitereko cayo, uz’ uyatereke kuri co ukw ari ndwi, uburyo butuma abonesha imbere yaco.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ