Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 23:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ku musi w’icumi na gatanu w’ukwo kwezi nyene, ni ho hazoba umusi mukuru wo kunyubaha w’imitsima itambiwe: muze mumare imisi ndwi ari yo murya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 23:6
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ uwo musi uz’ ubabere umusi w’icibutso, muze muwugire umusi mukuru wanje Uhoraho: ukw ibihe vy’urunganwe rwanyu bizogenda bikurikirana, muze mwame muwugira mukuru, kibe icagezwe c’intahava.


muze mugire imisi mikuru y’ imitsima itambiwe: nk’uko nababariye, mumare imisi ndwi murya imitsima itambiwe, mu gihe cashinzwe co mu kwezi Abibu, kukw ari kwo mwaviriyemwo muri Egiputa: ntihaze hagire ūrenguka iminwe misa imbere yanje.


Muze mugire imisi mikuru y’ imitsima itambiwe: nk’uko nababariye, mumare imisi ndwi murya imitsima itambiwe, mu gihe cashinzwe co mu kwezi Abibu, kuk’ ukwezi Abibu ari kwo mwaviriyemwo muri Egiputa.


Ntimuze mugire imitsima yambiwe mubikoza; muze mumare imisi ndwi murya imitsima itambiwe yavyo, ari yo mitsima y’ amagorwa, kuko mwavuye mu gihugu ca Egiputa ikibiriraho; kugira ngw imisi yose muzoba mukiriho, muze mwame mwibuka wa musi mwaviriye mu gihugu ca Egiputa.


Imitsima itambiwe iz’ ibe ari yo murya kumara imisi itandatu; maze ku wugira indwi muze mugire ikoraniro ry’agahebuza, mushengereye Uhoraho Imana yanyu; ntihaze hagire igikorwa muwukorako.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ