Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 23:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Uk’ umwaka utashe, muze muhore mugira iyo misi mikuru ndwi yo kunyubaha: iryo rize ribabere ibgirizwa ry’intahava ukw ibihe vy’urunganwe rwanyu bizogenda bikurikirana: muze mugire iyo misi mikuru mu kwezi kw’indwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 23:41
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Ezira abasomera igitabo c’ivyagezwe vy’Imana umusi n’ umusi, uhereye ku musi wa mbere ukageza ku wuheruka. Bāmaze imisi indwi bagira imisi mikuru; ku musi ugira umunani haba ikoraniro ry’agahebuza nk’ukw ivyagezwe bivuga.


Kandi ntimuze mugire umutsima w’iyo fu murya, cank’ impeke muhekenya, ar’ izikaranze canke mbisi, uwo musi utarashika, ngo muzane iryo shikanwa ryanje Imana yanyu: iryo rize ribabere ibgirizwa ry’intahava mu ngo zanyu zose, no ku runganwe rwanyu, uko ruzogenda rukurikirana.


Kandi kur’ uwo musi w’intangamarāra muze mwābīre ku vyiza‐vyiza vyamye ku biti, n’amashami y’ibigazi, n’amashami y’ibiti bitwaye intunda, n’ibiti vyameze i ruhande y’inzūzi; mumare imisi ndwi munezererewe imbere yanje, Uhoraho Imana yanyu.


Muze mumare iyo misi ndwi muri mu nsago; Abisirayeli b’imvukira bose baze bayimare bari mu nsago;


Kandi ku musi ugira icumi na gatanu w’ukwo kwezi kw’indwi muze mukoranywe no kuba ikoraniro ryera; ntimuze mugire igikorwa kiruhisha muwukorako, kandi muze mumare imisi ndwi muri mu misi mikuru yo kunyubaha, jewe Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ