Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 23:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Iyi ni yo misi mikuru yanje Uhoraho ishinzwe yo gukorana kwera, mukwiye kuzotāngāza igihe cayo kigeze:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 23:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kandi ko bazotāngāza ayo majambo mu bisagara vyose no muri Yerusalemu, ngo Ni mugende ku misozi muce amashami y’ibiti vya elayo n’ay’ ibijābija vya elayo nyene, n’ay’ imihadasi n’ay’ ibigazi, n’ay’ ibindi biti vyose bizitanye, kugira ngo muce insāgo nk’uko vyanditswe.


Kand’ uwo musi uz’ ubabere umusi w’icibutso, muze muwugire umusi mukuru wanje Uhoraho: ukw ibihe vy’urunganwe rwanyu bizogenda bikurikirana, muze mwame muwugira mukuru, kibe icagezwe c’intahava.


Muze mungirire imisi mikuru gatatu‐gatatu mu mwaka:


Ewe Ariyeli, uzobona ibara, Ariyeli, wa murwa Dawidi yashagajeko! Mukurikiranye umwaka n’uwundi, mugire imisi mikuru mu bihe vyayo;


Mu mibūrano baze babe ari bo baca imanza; nk’ukw ivyagezwe vyanje bibgiriza, abe ari ko bazica; kandi baze bitondere ivyagezwe vyanje n’amabgirizwa yanje mu misi mikuru yanje yose yashinzwe; kandi baziririze n’amasabato yanje.


ati Barira Abisirayeli, ut’ Iyi ni yo misi mikuru yiwe ishinzwe mukwiye kuzotāngāza kw ar’ iyo gukorana kwera; imisi mikuru yiwe ishinzwe n’iyi:


Kur’ uwo musi nyene muze mutāngāze kw ar’ umusi mukuru: muze muwugire uwo gukorana kwera; ntihaze hagire igikorwa kiruhisha muwukorako: iryo rize ribabere ibgirizwa ry’ intahava mu ngo zanyu zose no ku runganwe rwanyu, uko ruzogenda rukurikirana.


Iyo ni yo misi mikuru yanje jewe Uhoraho; mukwiye kuyitāngāza kw ar’ iyo gukorana kwera, no kuyinshikanirakw ibimazi vyo gutōngōrwa n’umuriro, vy’ivyo kwoswa, n’amashikanwa y’ivyakozwe mw ifu, n’ibimazi bindi, n’amashikanwa y’ibiturire, ibintu vyose ku musi wavyo, uko vyashinzwe;


Rāba ku misozi ibirenge vy’ ūzanye inkuru nziza, akāmāmaza ivy’ amahoro! Buyuda we, ni witondere imisi mikuru yawe, ushitse amasezerano yawe: kuk’ umunyakibi atazosubira guca hagati muri wewe: arahenebereye rwose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ