Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 22:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Ntimuze mutukishe izina ryanje ryera, ariko nze name mboneka nd’Uwera hagati mu Bisirayeli: ni jewe Uhoraho ndabeza,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 22:32
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

arik’ Uhoraho Nyen’ ingabo azoba ashizwe hejuru n’imanza ziroranye, kand’ Imana Yera izokwerekanisha ukwera kwayo ubugororotsi.


Uhoraho Nyen’ ingabo abe ari we mwemera ko yera, abe ari we ababera agahambaye, abe ari we ababera igiteye ubgoba.


Mose abarira Aroni, at’ Ivyo ni vyo Uhoraho yavuze, ng’ Ukwera kwiwe kuzogaragarira mu bamwegera, kandi ngw Azoherwa icubahiro imbere y’abantu bose. Aroni arūmirwa.


Kandi ntihaze hagire ūtanga uwo mu bana biwe ngo yoserezwe Moleki kw ikimazi, ngw atukishe izina ryanje, Imana yiwe: nd’ Uhoraho.


Kandi muze mwitondere amabgirizwa yanje, muyashitse: jewe Uhoraho ni jewe mbeza.


kugira ngo ntaz’ atume uruvyaro rwiwe ruhinduka uruhumanye mu bgoko bgabo: kukw ari jewe Uhoraho ndamweza.


Ni co gituma mukwiye kumwita uwera, kukw ari we ampēreza imfungurwa, jewe Imana yanyu: az’ ababere uwera, kuko jewe Uhoraho, mbeza, nd’ uwera.


bigatuma babacumuza, bikabazanira gutsindwa, iyo hagize abarya ku vyejejwe vyabo: kukw ari jewe Uhoraho ndabeza.


ati Barira Aroni n’abana biwe baze bitonde mu kwēgēra ivyejejwe Abisirayeli banshikanira, boye gutukisha izina ryanje ryera: nd’ Uhoraho.


Nuko muze mwitondere ivyagezwe vyanje, mubishitse: ni jewe Uhoraho.


nabakūye mu gihugu ca Egiputa, ngo mbe Imana yanyu: ni jewe Uhoraho.


Nuko musenge murtya, muti Data wa twese wo mw ijuru, izina ryawe ryubahwe,


Arababarira, ati Ni mwasenga, muvuge muti Data, izina ryawe ryubahwe, ubgami bgawe buze;


turabandikiye mwebge abo mw ishengero ry’Imana ry’i Korinto, bejejwe muri Kristo Yesu, bāhamagariwe kuba abera, hamwe na bose bambariza ahantu hose izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo, ni we Mwami wabo n’uwacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ