Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 22:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Nuko muze mwitondere ivyagezwe vyanje, mubishitse: ni jewe Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 22:31
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muze mwitondere ivyagezwe vyanje. Ntihaze hagire ūbangurira ivy’ atunze ivyo bidahwanije ubgoko; canke ngo hagire ūsukiranya imbuto z’imiryango ibiri mu ndimiro yiwe; canke ngo hagire uwambara impuzu ijishwe mu nyuzi z’ubgoko bubiri.


Nuko muze mwitondere amabgirizwa yanje yose, n’ivyagezwe vyanje vyose, mubishitse: ni jewe Uhoraho.


Kize kiribge kur’ uwo musi nyene mugitanzeko; ntihaze hagire ico musigaza ngo kirāre: ni jewe Uhoraho.


Ntimuze mutukishe izina ryanje ryera, ariko nze name mboneka nd’Uwera hagati mu Bisirayeli: ni jewe Uhoraho ndabeza,


ariko ngo mwibuke ivyagezwe vyanje vyose muvyitondere, mumbere abēra, jewe Imana yanyu.


Kandi muze mwitondere amabgirizwa yiwe n’ ivyagezwe vyiwe, ivyo mbagera uyu musi, kugira ngo mube mu vyiza, mwe n’abana banyu bazovuka hanyuma, kugira ngo mwame mu gihugu Uhoraho Imana yanyu abahaye kugeza ibihe bidashira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ