Abalewi 22:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 N’iyo coba kizanywe n’umunyamahanga, ntimuze mwemere ikimeze girtyo na kimwe, ngo mukinshikanire kw imfungurwa, jewe Imana yanyu; ntikizokwemerwa ko mushikanye, kuko gitosekaye, kikabakw agasembga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |