Abalewi 22:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Arik’ umukobga w’umuherezi apfakaye canke yirukanywe, atagira umwana, akaba igisubiramuhira mu rugo kwa se, akamera nk’uko yahoze mu bgana bgiwe, we azorya ku vyo kurya vya se: arik’ ūtar’ uwo mu baherezi ntaz’ abiryeko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |