Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 22:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umukobga w’ umuherezi ni yābīrwa n’ūtar’ uwo mu baherezi ntaz’ arye ku vyejejwe vyashikanywe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 22:12
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni nde yigeze kurōngōra Mpwemu w’Uhoraho, akamwigisha nk’ah’ ar’ umujanama wiwe?


canke mushiki we akir’ imvyiruke, akimuzeyeko vyose, kukw atararongorwa: uwo we biremerwa ko yomwanduza.


Umuherezi ni yaramuka yaraguze umuntu, akaba uwo yiguriye amahera yiwe, uyo we azobiryako; n’abavukiye mu rugo rwiwe na bo bazorya ku vyo kurya vyiwe.


Arik’ umukobga w’umuherezi apfakaye canke yirukanywe, atagira umwana, akaba igisubiramuhira mu rugo kwa se, akamera nk’uko yahoze mu bgana bgiwe, we azorya ku vyo kurya vya se: arik’ ūtar’ uwo mu baherezi ntaz’ abiryeko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ