Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 21:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ntihaze hagire uwābira maraya muri bo, cank’ uwamaze kwononekara, kandi ntihagire uwābīra uwirukanywe n’umugabo wiwe: kuk’ umuherezi ar’ uwera kuri jewe, Imana yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 21:7
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hahise amezi nk’atatu, babarira Yuda, bati Tamari umukazana wawe yarasambanye, mber’ afise n’inda. Yuda arababgira, ati Ni mugende mumusohokane, mumute mu muriro.


Uku ni k’Uhoraho abaza, at’ Icete c’uko tuvavanuye na nyoko, ico namwirukanishije, kiri hehe? Cank’ uwo narīriye umwenda ngatanga mwebge ngo mube inyishu, ari hehe? Ereg’ ukugabitanya kwanyu ni kwo kwatumye mutangwa, kand’ ibicumuro vyanyu ni vyo vyirukanishije nyoko.


Kandi ntibaze bacūre abapfakazi, canke ngo bābīre uwirukanywe: ariko baze basabe inkumi zo mu ruvyaro rw’inzu ya Isirayeli, canke se baze bacūre umupfakazi yapfakaye mu baherezi.


Ni co gituma mukwiye kumwita uwera, kukw ari we ampēreza imfungurwa, jewe Imana yanyu: az’ ababere uwera, kuko jewe Uhoraho, mbeza, nd’ uwera.


N’abagore nyene babe inyankamugayo, batarementaniriza abandi, batarenza urugero, bizigirwa muri vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ