Abalewi 21:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Baze bambere abera, jewe Imana yabo, ntibatukishe izina ryanje, Imana yabo; kukw ari bo bampēreza ibimazi, jewe Uhoraho, bitōngōrwa n’umuriro, ari zo mfungurwa zanje, Imana yabo: ni co gituma bakwiye kuba abera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |