Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 21:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 shit’ uwo mu muryango wo hafi, nyina, canke se, cank’ umuhungu wiwe, cank’ umukobga wiwe, canke mukuru we, canke murumuna we,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 21:2
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntihaze hagire uwo muri mwebge yēgēra uwo mu nzu yo hafi, ngw amwambike ubusa: nd’ Uhoraho.


ntaze yinjirire ku muvyimba n’umwe, canke ngw awiyandurishe, n’iyo woba uwa se cank’ uwa nyina;


canke mushiki we akir’ imvyiruke, akimuzeyeko vyose, kukw atararongorwa: uwo we biremerwa ko yomwanduza.


Ariko bene Data, ntitugomba ko muyoberwa ivy’ abasinzira itiro ry’urupfu, ngo ntimubabare nka ba bandi badafise ivyizigiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ