Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 21:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Umuherezi abaye mukuru muri bagenzi biwe, yasutswe amavuta mu mutwe yo kumurobanura, akaba yashikirijwe ibango ngo yambare ya myambaro, ntaz’ ahamburure umushatsi wiwe, canke ngo yitantamurirekw impuzu ziwe agandaye;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 21:10
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ umuherezi azorobanuzwa amavuta, akarobanurirwa ubuherezi mu gishingo ca se, az’ abe ari we abatangira impongano, yambaye ya myambaro yera derere, ari yo myambaro yejejwe;


Bun’ umuherezi mukuru yitantamurirakw impuzu ziwe, at’ Ararogose; turacaronderera iki ivyabona? Ehe murīyumviye ingen’ arogose:


bakize uwo mukoracumu, bamukūre mu maboko y’ūmuhōra uwo yishe, bamusubize mu gisagara c’ubuhungiro aho yari yahungiye; az’ abe ari ho aba gushitsa ah’ umuherezi mukuru, yasutswekw amavuta yejejwe yo kumurobanura, azopfira.


Maz’ ayo mavuta yo kurobanuza abahabga ibango ayasuka ku mutwe wa Aroni, aramurobanura, aramweza.


Bimeze nk’amavuta ya elayo y’igiciro kinini yasutswe ku mutwe, Agashororokera mu bganwa, Mu bganwa bga Aroni, Agashororokera ku misozo y’impuzu ziwe.


Hanyuma Moridekayi asubira ku kirimba i bgami; ariko Hamani arihuta asubira i we, ababaye kandi yitwikiriye.


Maze Dawidi atangura kudūga umusozi Elayono, adūga ararira ingenda, yitwikiriye mu mutwe, atambaye inkweto; kand’ abantu bose bari kumwe na we bitwikira mu mitwe, badūga bararira ingenda.


Kand’ umunyamibembe iy’ arwaye iyo ndwara, agende yambaye impuzu zitantamutse, ahamburuye umushatsi wiwe, yipfutse ku munwa, agende arasemerera, ati Ndahumanye, ndahumanye!


Yakobo yitantamurirakw impuzu ziwe, akenyera amagunira, amara imisi myinshi agandariye umwana wiwe.


Maze Yobu ava hasi, yitantamurirak’ umutamana wiwe yimosha inkomvorera, yikubita hasi, arasenga,


Maze wābīre amavuta yo kurobanuza abahabga ibango, uyamusuke mu mutwe, uyamurobanuze.


Kuniha kwawe kuraba amapfiranda; ntuz’ ugandarire ūpfuye, wizingire igitambara cawe mu mutwe, wambare inkweto zawe, ntiwipfuke ku munwa, kandi nturye ibiryazagu.


namb’ ar’ umuherezi yarobanujwe amavuta aramutse akoze icaha, agacumuza ubgo bgoko, az’ atangire ico caha ciwe yakoze imasa y’umukangara itagira agasembga: ayinzanire kw ikimazi co gutangirwa ivyaha.


Ivyo ntaz’ avyiyandurishe, naho yoba ari se canke nyina, canke mukuru we canke murumuna we canke mushiki we bapfuye, kukw ikimenyetso co kunyiyegurira jewe Imana kiri ku mutwe wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ