Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 20:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Arikw abantu bo mur’ ico gihugu ni birengagiza uwo muntu yashikaniye Moleki uwo mu bana biwe, ntibamwice;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 20:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo muvugishwa aramubarira, at’ Uku ni k’Uhoraho agize, ngo Ko warekuye umuntu yar’ atanze ngw apfe, usubiye mu gishingo ciwe, n’abantu bawe basubiye mu gishingo c’abiwe.


Nanje nzohoza igitsūre kur’ uwo muntu, ndamurandure mu bgoko bgabo, ndamuhōye gushikanira Moleki uwo mu bana biwe, akanduza Ahēra hanje, agatukisha izina ryanje ryera.


jewe ubganje nzohoza igitsūre kur’ uwo muntu, no ku muryango wiwe, ndabarandurane mu bgoko bgabo n’abābīgānye mur’ ubgo bumaka bgo guhurumbira Moleki.


Nukw iyo misi y’ubutamenya, Imana yarayīrengagije, ariko noneho, igera kw abantu bose bari hose bihana,


wewe wohejwe ntuz’ umwemerere, ntuz’ umwumvire; ntuz’ umugirire akagongwe, canke ng’umugirire ikibabarwe, canke ng’ umuhishīre;


Ico ni co gitumye Abisirayeli badashobora guhagarara imbere y’abansi babo, bakabinjika ibitugu imbere yabo, kuko bahindutse ibivume. Mbere sinzokwongera kubana namwe shiti mukūye ivyagizwe inyegu yanje muri mwebge.


Ariko mfise i vyo nkugayako bike, kukw i wanyu uhafise abakomeza inyigisho za Balamu, yigishije Balaki gushira igitsitaza imbere y’Abisirayeli, kugira ngo barye ivyaterekerejwe ibigirwamana, bashakane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ