Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 20:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Ntimuze mugendere mu migenzo y’ihanga ngira nze nirukane imbere yanyu: kukw ivyo vyose ari vyo bākora, bigatuma mbanka urunuka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 20:23
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana ivyumvise, iraraka, Yanka Abisirayeli urunuka.


ati Barira Abisirayeli, uti Ni we Uhoraho, Imana yanyu.


Ntimuze mugire ico mwiyandurisha na kimwe mur’ ivyo vyose; kukw ivyo vyose ari vyo vyanduje amahanga ngira nze nirukane imbere yanyu,


bikanduza n’igihugu cabo; ni co gituma ngira ngihōre ibigabitanyo vyaco, ico gihugu kikahava kidahwa abakibamwo.


Kukw ivyo bizira vyose ben’ ico gihugu babatanguriye kuhaba ari vyo bakoze, bikanduza ico gihugu.


Uti Ntimuze mukore nk’ivyo abo mu gihugu ca Egiputa bakora, abo mwahora mubamwo; kandi ntimuze mukore nk’ivyo abo mu gihugu c’i Kanani bakora, iy’ abajanye kuba: ntimuze mukurikire amabgirizwa yabo.


Ni co gituma mukwiye kwitondera ivyo mbihanikirije, kugira ngo ntimuze mugire n’umwe mur’ iyo migenzo izira mukora, yakorwa n’ababatanguriye kuhaba, ngo muyiyandurishe: nd’ Uhoraho Imana yanyu.


Mu kwezi kumwe ngeseza ba bungere batatu; kuk’ umutima wanje war’ ubarambiwe, kandi n’iyabo yari yanzinutswe.


Ukugororoka kwanyu canke gutungana kw imitima yanyu si vyo bizoba bitumye mwinjira igihugu cabo ngo mucegukire; arik’ ukugabitanya kw’ayo mahanga ni kwo kuzoba gutumye Uhoraho Imana yanyu abirukana imbere yanyu, kugira ngw ashitse ijambo yarahiye ba sogokuruza banyu, Aburahamu na Isaka na Yakobo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ