Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 20:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Umuntu ni yaryamana n’umugore akiri mu muhango wiwe, akamwambika ubusa, azoba yambitse ubusa isōko yiwe, na wa mugore azoba atwikuruye iyo sōko y’amaraso yiwe: bompi baze barandurwe mu bgoko bgabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 20:18
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu wese azovanga āhwanye na yo, canke ngw ayasuke k’ūtar’ umuherezi, az’ arandurwe mu bgoko bgabo.


akaba atārīriye mu bitabo ku misozi, ntiyunamurire amaso ibigirwamana vy’inzu ya Isirayeli, kand’ akaba atononnye umugore wa mugenzi we, akaba atēgereye umugore mu gihe ari mu miziro;


Muri wewe bonona baka se; muri wewe bafata abagore bari mu miziro.


ati Barira Abisirayeli, ut’ Umugore ni yasama inda, akavyara umwana w’umuhungu, az’ amare imisi ndwi ahumanye: nk’uko bimubera iy’ari mu muhango w’imiziro yiwe, ni kw azoba ahumanye.


Kandi ni hagira umugabo aryamana na we, imiziro yiwe ikamwanduza, uwo mugabo azoba ahumanye kumara imisi ndwi: uburiri bgose azoryamako buzoba buhumanye.


Ntihaze hagire uwegera umugore ngw amwambike ubusa, akiri mu muhango wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ