Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 20:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Umuntu ni yaryamana n’umukazana wiwe, bompi ntibaze babure kwicwa: bazoba bavanze ibidahwanye: amaraso yabo ni bo azokora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 20:12
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Akebereza ah’ ari i ruhande y’inzira, ati Ndakwinginze, n’umpe turyamane: kukw atāmenye kw ar’umukazana wiwe. Aramwishura, ati Ni naguha ngo turyamane, urampēra iki?


Na we aramubaza, at’ Ugomba ko ndaguha ingwati ki? Aramwishura, ati Mpa impeta yawe irikw ikimenyetso, hamwe n’umugozi wayo, n’iyo nkoni witwaje. Arabimuha, bararyamana, amutera inda.


Umusuma ni basanga amena, bakamutsindaho, uwamwishe amaraso yiwe ntaz’ amukore.


Ntihaze hagire uwambika ubusa umukazana wiwe: uwo n’umugore w’ umuhungu wiwe, ntihaze hagire ūmwambika ubusa.


Ntihaze hagire ūryamana n’igitungano ic’ ari co cose, ngw aciyandurishe; kandi ntihaze hagire umugore cank’ umukobga ahagarara imbere y’igitungano ngw aryamane na co: ivyo vyoba ar’ukuvanga ibidahwanye.


Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na inabukwe. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ