Abalewi 2:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ntihaze hagire ishikanwa ryakozwe mw ifu munshikanira ryacumbanywe n’umwambiro: kuko mudakwiye kugira umwambiro cank’ ubūki mwosa ngo bibe ishikanwa ritōngōrwa n’umuriro munshikaniye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |