Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 19:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Umusi mugitanzeko abe ari wo kirīrwako nyene, bo na bukeye bgaho; ariko ni hagira ikizoshitsa ku musi ugira gatatu, kize giturirwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 19:6
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntimuze mugire ico musiga ngo kirāre: hagize ikirāye mugiturire.


Ni mwanshikanira ikimazi c’ishimwe, muze mugishikane uburyo butuma mwemerwa.


Kandi ni caribgako na gatoya ku musi ugira gatatu, kizoba ar’ ikizira: ntikizokwemerwa;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ