Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 19:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Umunyamahanga aba muri mwebge muze mumugirire nk’imvukira, mumukunde nk’ uko mwikunda: kuko namwe mwar’ abanyamahanga mu gihugu ca Egiputa: ni jewe Uhoraho Imana yanyu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 19:34
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho ni we azigama inyambukīra; Ashigikira impfuvyi n’umupfakazi; Arikw inzira y’abanyakibi arayigoreka.


Umunyamahanga ntimuze mumugirire nabi, canke ngo mumuhahaze, kuko namwe mwar’ abanyamahanga mu gihugu ca Egiputa.


Kandi muze mukigaburishe ubupfindo ngo kibabere ishamvu, mwebge n’abanyamahanga baba muri mwebge, bakavyarira abana muri mwebge; muze mubaharūre nk’aho bavyawe n’Abisirayeli; bazotwara ishamvu hamwe namwe mu miryango y’Abisirayeli.


Ntihaze hagire uwihōra, cank’ ūbīkira inzigo abo mu bgoko bgabo; ariko mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda: ni jewe Uhoraho.


Umuntu wese muri mwebge aze yubahe nyina na se, kandi muze mwitondere amasabato yanje: ni jewe Uhoraho Imana yanyu.


Kandi ni wajana natwe, ivyiza Uhoraho azotugirira vyose, nawe tuzobikugirira kuno.


Mwarumvise ko vyāvuzwe, ngo Mukunde bagenzi banyu, mwanke abansi banyu.


Nuko rero mukunde inyambukīra, kuko namwe mwar’ inyambukīra mu gihugu ca Egiputa.


Ntimuze mugirire akazīka Abanyedomu, kuko mur’ akara kamwe, kandi ntimugirire akazīka Abanyegiputa, kuko mwar’ inyambukīra mu gihugu cabo.


Abuzukuru babo bazovuka hanyuma bazoshobora kuja mw ikoraniro ry’Uhoraho.


Yicisha bugufi, arūnama ashika hasi, aramubaza, ati N’iki gitumye ungirira ubuntu, ukambabara, kandi nd’ umunyamahanga?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ