Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 18:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ntihaze hagire uwambika ubusa nyina, ni kwo kwambika ubusa se: uwo ni nyina, ntaz’ amwambike ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 18:7
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Enda dutereke data vino, turyamane na we, kugira ngo duhonore data.


Muri wewe bonona baka se; muri wewe bafata abagore bari mu miziro.


Ntihaze hagire uwo muri mwebge yēgēra uwo mu nzu yo hafi, ngw amwambike ubusa: nd’ Uhoraho.


Ūryamanye na muka se aba yambitse se ubusa: bompi ntibaze babure kwicwa: amaraso yabo ni bo azokora.


Umuntu ni yābīra umukobga na nyina, kizoba icaha gikomeye: az’ atabge mu muriro, ubgiwe na bo; kugira ngo ntihaze hagire icaha gikomeye kiba muri mwebge.


Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na muka se, kukw aba yorosoye impuzu ya se. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ