Abalewi 18:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ntihaze hagire ūryamana n’igitungano ic’ ari co cose, ngw aciyandurishe; kandi ntihaze hagire umugore cank’ umukobga ahagarara imbere y’igitungano ngw aryamane na co: ivyo vyoba ar’ukuvanga ibidahwanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |