akaba atārīriye mu bitabo ku misozi, ntiyunamurire amaso ibigirwamana vy’inzu ya Isirayeli, kand’ akaba atononnye umugore wa mugenzi we, akaba atēgereye umugore mu gihe ari mu miziro;
Arik’ umuntu ni yasanga umukobga mu gahinga, kand’ ar’ uwasabge, akamugōbēra, agasambana na we; uwo mugabo yasambanye na we az’ abe ari we apfa wenyene: