18 Ntihaze hagire ūharika umugore uwo bavukana, ngw abe umukēba wiwe, ngw amwambike ubusa uwo bavukana akiriho.
Yakobo abigenza artyo, amara iyo misi ndwi y’inkinga; Labani araheza amushingira Rakeli umwana wiwe wundi.
Leya aramwishura, at’ Uvyise ivyoroshe kuntwara umugabo? Non’ ugomba kuntwara amadudayimu umwana wanje azanye? Rakeli aramwishura, ati None rero, iri joro arakurārira, n’umpe utududayimu tw’umwana wawe.
Lameki yābīra abagore babiri: umwe yitwa Ada uwundi Zila.
Impuzu zitanu zirōngōranywe ukwazo, zindi zitanu zirōngōranywe ukwazo.
Ntihaze hagire uwambika ubusa umugore n’umukobga wiwe, canke ngo yābīre umwuzukuru wo ku muhungu w’uwo mugore, cank’ uwo ku mukobga wiwe, ngw amwambike ubusa: kukw ar’ abo mu nda yiwe; ico n’icaha gikomeye.
Ntihaze hagire uwegera umugore ngw amwambike ubusa, akiri mu muhango wiwe.
Nta wokoze ben’ ivyo, Mpwemu akiri muri we. Ūmufise bimumerera bite? Yifuza kugira uruvyaro ruzokwubaha Imana. Nuko rero mwirinde mu mitima yanyu, ntihagire ūryaruka umugore wiwe wo mu bucance.