Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 18:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ntihaze hagire uwambika ubusa umugore n’umukobga wiwe, canke ngo yābīre umwuzukuru wo ku muhungu w’uwo mugore, cank’ uwo ku mukobga wiwe, ngw amwambike ubusa: kukw ar’ abo mu nda yiwe; ico n’icaha gikomeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 18:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu ni yābīra umukobga na nyina, kizoba icaha gikomeye: az’ atabge mu muriro, ubgiwe na bo; kugira ngo ntihaze hagire icaha gikomeye kiba muri mwebge.


Basiribangira imitwe ya ba nyarucari mu mukungugu wo hasi, bakagoreka inzira z’abicisha bugufi; umwana na se binjirana umwigeme umwe, bagatukisha izina ryanje ryera.


Abalewi bat’ Azoba avumwe, ūryamana na inabukwe. Abantu bose bitabirize, bati Amen.


Ntihaze hagire ūharika umugore uwo bavukana, ngw abe umukēba wiwe, ngw amwambike ubusa uwo bavukana akiriho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ