Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 18:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ntihaze hagire uwambika ubusa umukobga wa muka se, basangiye se: uwo ni mushikiwe, ntaz’ amwambike ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 18:11
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Na we aramwishura, at’ Oyaye, mwana wa data, reka kunyambika ibara, kuko ben’ ivyo bidakwiye gukorwa mu Bisirayeli; reka gukora ikizira nk’ico.


Ntihaze hagire uwambika ubusa umwuzukuru wo ku muhungu wiwe canke wo ku mukobga, kuk’ ubgambure bgabo ari bgo bgiwe.


Ntihaze hagire uwambika ubusa inasenge, kukw avukana na se.


Ntihaze hagire uwambika ubusa mushiki we, ar’ uwo basangiye se canke nyina, ar’ uwo bavukana cank’ ar’ umuzanano: ntihaze hagire ūmwambika ubusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ