9 Maze yīgize hafi iyo mpene yerekanywe n’ubupfindo kw ar’ iyanje, ayigerere kuba ikimazi co gutangirwa ivyaha.
Arikw imwe yerekanywe kw ar’ iyo gusendwa, ihagarikwe imbere yanje ikidora, kugira ngo yaturirwekw ivyaha, irungikwe kuba iyo gusenderwa mu bugaragwa.
Aroni aheze apfindire izo mpene zompi: ubupfindo bumwe bgerekane iyanje, ubundi bgerekane iyo gusendwa.
uwo muntu amaze gutangwa nk’ukw Imana yabigabiye yikomvomvoye, ibimenye bitaribgabe, mumubambisha amaboko y’abagarariji, muramwica.