Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 16:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Kuko kur’ uwo musi ari ho muzotangirwa impongano, kugira ngo muhumanurwe: nuko muzoba muhumanuwe ivyaha vyanyu vyose imbere yanje, jewe Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 16:30
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mana, undememw’ umutima utunganye: Unsubizemw’ umutima uhamye.


Unyuhagire rwose ukugabitanya kwanje, Unyoze icaha canje.


Unyezeshe ezobu, ndera: Unyuhagire ndaba derere kurusha uko shelegi yera.


Nzobōza ibigabitanyo vyabo vyose, ivyo bangabitanijeko; nzobaharira ibigabitanyo vyabo vyose bangabitanijeko n’ivyo bancumuyeko.


at’ Umusi ugira icumi w’ukwo kwezi nye ne kw’indwi ni wo musi w’impongano: uz’ ubabere uwo gukorana kwera, muze mwame mwibabaza, kandi muze muwunshikanirekw ikimazi gitōngōrwa n’umuriro.


Ntimuze mugire igikorwa na kimwe mukora kur’ uwo musi, kukw ar’ umusi w’ impongano, aho muzotangirwa impongano imbere yanje, jewe Uhoraho Imana yanyu.


yatwiguze kugira ngw aducungure, adukūrekw ivyo twagabitanije vyose, kandi yihumanurire ubgoko ngo babe icibare ciwe, barwane ishaka ry’ibikorwa vyiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ