Abalewi 16:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi yābīre ku maraso ya ya masa, ayacucagize urutoke kur’ uwo mutemere wo guhongerako ku ruhande rw’i burasirazuba, atekw ayacucagize urutoke nyene imbere y’iyo ntebe ibihetangabo ndwi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |