Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 14:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Ahumanuze iyo nzu amaraso y’iyo nyoni, n’ayo mazi yavomwe mu mbizi, n’iyo nyoni ikidora, n’iyo ngegene y’isederi, n’iyo ezobu, n’utwo tunyuzi dusa n’agahama.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 14:52
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

avuge ko bazanira uyo agira ahumanurwe inyoni zibiri zibona, zitar’ izo mu zizira, n’ingegene y’igiti c’isederi, n’utunyuzi dusa n’agahama, n’ utubabi twa ezobu;


yābīre iyo ngegene y’isederi, n’iyo ezobu, n’utwo tunyuzi dusa n’agahama, n’iyo nyoni ikidora, abijōbeke mu maraso y’iyo nyoni yakerewe no mur’ ayo mazi yavomwe mu mbizi, acucagire kur’ iyo nzu ibihetangabo ndwi.


Aheze agende arekurire iyo nyoni idora mu gahinga, inyuma y’igisagara; uko ni kw azoba ahongeye iyo nzu: nukw izoba yejejwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ