Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:54 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 avuge ko bamesura ico iyo ndwara yafashe, aheze acugarane kumara iyindi misi ndwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:54
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arik’ uwo muherezi ni yasuzuma, akabona iyo ndwara itunguruje kur’ uwo mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto;


Maz’ ico kintu indwara yafashe, uwo muherezi az’ agisuzume, kimaze kumesurwa; nuko ni yasanga ah’ iyo ndwara yafashe hadahinduye ibara, kand’ iyo ndwara itunguruje, na ho nyene kizoba gihumanye; kize giturirwe: izoba ar’ iyo ndwara igenda irarya, naho coba kibaye inkūte imbere cank’ inyuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ