Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Ku musi ugira indwi asubire asuzume iyo ndwara; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje kur’ uwo mwambaro uk’ ujishwe kwose, canke kur’ urwo rusāto, ico rwoba rukora cose; iyo ndwara izoba ar’ imibembe igenda irarya: ico kintu kizoba gihumanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:51
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

iyo ndwara igafata kur’ ico kijishano uko kijishwe kwose, ari mu nyuzi zera derere canke mu z’ubgoya bg’ intama; cank’ igafata ku rusāto, canke ku kintu cose cakozwe mu rusāto;


Na we asuzume iyo ndwara, yugarane ico iriko kumara imisi ndwi.


Aheze aturire uwo mwambaro, iyo ndwara namba yoba ifashe kur’ ico kijishano uko kijishwe kwose, ari mu nyuzi z’ubgoya bg’intama canke mu zera derere, canke namba yoba ifashe ku kintu cose cakozwe mu rusāto, kukw ar’ imibembe igenda irarya; ico kintu kize giturirwe.


Ku musi ugira indwi, uwo muherezi agaruke, ayisuzume; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje ku bisika vy’iyo nzu,


uwo muherezi aze yinjire, ayisuzume; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje ku nzu, izoba ar’ imibembe igenda irarya: iyo nzu izoba ihumanye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ