Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 uwo muntu azoba ar’ umunyamibembe, azoba ahumanye; umuherezi ntaz’ abure kuvuga kw ahumanye; iyo ndwara izoba yamufatiye mu mutwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:44
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bapfa bakenyutse, Kand’ ubugingo bgabo bugeserana n’abanduye.


Mbega n’ubu muracadaramīra ngo mukubitwe, ko mwiyongeranya kugarariza? Umutwe wose urarwaye, umutima wose uradendebukiwe.


Nuk’ umuherezi az’ amusuzume: maze ni yasanga ico gishundu arwaye gitukura aho nyene mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro, igasa n’imibembe ir’ inyuma ku rukoba;


Kand’ umunyamibembe iy’ arwaye iyo ndwara, agende yambaye impuzu zitantamutse, ahamburuye umushatsi wiwe, yipfutse ku munwa, agende arasemerera, ati Ndahumanye, ndahumanye!


Arikw ijisho ryawe iy’ ari ribi, umubiri wawe wose uba uri n’umwiza. Nuko wa muco uba muri wewe, woramuka ubaye umwiza, uwo mwiza wongana ute!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ