Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Nuk’ umuherezi az’ amusuzume: maze ni yasanga ico gishundu arwaye gitukura aho nyene mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro, igasa n’imibembe ir’ inyuma ku rukoba;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:43
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ni co kizotuma Umwami Imana atēza abakobga b’i Siyoni ibihūshi mu bitwariro, Uhoraho agatwikurura ibiteye isoni vyabo.


Abaherezi baho bishe ivyagezwe vyanje ku manyama, bazirūye ivyera vyanje: ntibashize itandukaniro hagati y’ivyera n’ibitar’ ivyera, canke ngo bamenyeshe abantu uko bakwiye gutandukanya ibihumanye n’ibidahumanye, kandi n’amasabato yanje barayirengagije; nuko nsigaye nkēngēretse muri bo.


kugira ngo mubone uko mutandukanya ivyera n’ibitar’ ivyera, n’ibihumanya n’ ibidahumanya,


maze muri nya nkovu hagashundaha hakabenjuka, canke hakaza ikibibi, hagatukura; haze herekwe umuherezi,


Ariko ni haturika ibintu vy’indwara bitukura mu buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro; izoba ar’ imibembe yaje mur’ ubgo buhanza bgo mu gakomokomo canke mu bgo mu gitwariro.


uwo muntu azoba ar’ umunyamibembe, azoba ahumanye; umuherezi ntaz’ abure kuvuga kw ahumanye; iyo ndwara izoba yamufatiye mu mutwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ