Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Abalewi 13:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 umuherezi aheze amusuzume; maze ni yasanga ico giturika cunguruje inyuma ku rukoba, ntiyirirwe aserangura umushatsi k’ucēkūtse: uyo azoba ahumanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Abalewi 13:36
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

umuherezi az’ asuzume iyo ndwara; ni yabona isa n’iyinjiye musi y’ urukoba, umushatsi waho ugacēkūka, ukaba intaragande; avuge kw ahumanye: kizoba ar’ igiturika c’imibembe ifatiye mu mutwe canke mu bganwa.


Arikw amaze guheza kwitwa uweze, ico giturika kikunguruza inyuma ku rukoba,


Na ho ku ruhande rwiwe ni yasanga ico giturika kitayegayeze, n’umushatsi wahameze wirabura; ico giturika kizoba gikize, uwo muntu azoba yeze: umuherezi avuge ko yeze.


Ku musi ugira indwi, uwo muherezi agaruke, ayisuzume; maze ni yasanga iyo ndwara yunguruje ku bisika vy’iyo nzu,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ