Abalewi 13:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ku musi ugira indwi uwo muherezi asuzume ico giturika: maze ni yasanga kitunguruje inyuma ku rukoba, kandi kidasa n’aho cinjiye imbere mu rukoba, uwo muherezi avuge kw adahumanye: uwo muntu agende amesure impuzu ziwe, abe uwejejwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |